1
Aho nyene Yesu yalagiye kumusi wisabato kuchira kumulima. Abigishwa biwe bali bafishe inzara kandi bitangura kuyahimbula nukuyadya.
2
Aliko abafalisayo bamaze kubona ivyo, balamubwira Yesu, “Nulabe abigishwa bawe balimwo balanogoran itegeko balimwo balakola umusi utafishe ulahwa kumusi wisabato.”
24 Aliko ikipindi mafarisayo bamaze kumva vyiyakoze imiujiza bino balavuze, “Yuno muntu ntavana ipepo kunguvu ziwe wene nyene atakundi kunkomezi za Belzebuli, mukulu wibi pepo.
25 Aliko Yesu yalameye ivyiyumvilo vyabo nukubabwira kila umwami vyalagabanijwe kubela vyononekanye na bulumiji chankwe inzu igaba nyije yenenyene ntilohagalala. 26 Namba ali shetani, alomuvanaho shetani kwa hiyo alimwo alipanga kubela umutima wiwe wene nyene. 27 Ni nyabaki ubwami bwiwe alohagarala? Namba mvanaho impwemu kunkomezi za Belizabuli, bakwilikie banyu ntulotanga kwa kunzila nyabaki? Kubela baloba bacha manza banyu. 28 Namba mvanaho impwemu kunkomezi zimpwemu wimana, None ubwami bwimana bwakumenye uwanyu.
29 Ndomutuma aloshobola kute kwinjila hagati yinzu wene afishe inkomezi nchambele? Ni wene alokwiba ubutunzi bwiwe kuva hagati yinzu.
30 Yudya wewese kuwa hamwe nanje atiliho kuli jewe, nawene ategelanya hamwe nanje uyo alosambaza.
31 None ndavuga uwanyu, bulichaha nukutuka abantu balohaligwa, aliko balatuche umutima mwelanda ntibalohaligwa. 32 Nawudya wese avuga ijambo bitandu kanye chumwana wumuntu, aho alohaligwa. Aliko wudya wewese avuga bitandukanye chumwana wumuntu, idyo alohaligwa. Aliko wudya ahalila bitandukanye ni mpwemu mwelanda uyo alohaligwa, kubela ivyisi bino kandi bidya biloza.
33 Chankwe ukole ikiti kuba chiza na china chiwe chiza chankwe konona ikiti ni chama chiwe, kubela ikiti bala kimenyesha kuvyama vyiwe. 34 Mwebwe mululu vyalo gwinzoka, mwebwe muli vyaha, mwoshobola kute kuvuga amajambo meza? Kubela yuko umunwa ulavuga kuva kubela vyasigaje biliho mumutima. 35 Umuntu mwiza kubela vyasigaje vyiza vyumutima wiwe hulova vyiza, umuntu mubi kubela vyasigaje ububi wa mutima wiwe hovanayo kidya kibi. 36 Ndobabwira kuko kubela umusi yukuchila ulubanza umtu balotonga ibihalulo bulijambo litafishe ukuli vyibavuze. 37 Kubela yuko kwa yo majambo yawe alohalugwa ukuli nuku majambo yawe ulo chibwa ulubanza.”
38 Hanyuma yaba ndichi na bafalisayo balumwishuye Yesu bavuga, “Mwigisha, twoshoboyo kubona ibimenyecho kuiva uwawe.
39 Aliko Yesu yalabishije nukubabwira, “Ikivyalo kibi nichubusambanyi kilalondela kwelekwa. Aliko ntanumwe kwelekwa ilohabwa kuli bene bitaluko yidwa yayona gishwa. 40 Ntuko umuvugishwa yona ntukuntu yalimeze hagati yinda yisamaki nininye kumisi itatu kumutaga ni nimwijolo kutwo nuko umwana wumuntu ntuko yalimeze hagati yumutima wikihugu kumisi itatu kumutaga nu mwijolo. 41 Abantu bali ninawi balohagalala imbele yalubanza hamwe niki vyalo chabantu bano kandi balo chibwa ulubanza. Kubela bichishije ubugufi kubutumwa bwayona, na nulabe, umntu uyo mukulu kusumba yona alihono. 42 Umugabakazi wa kusini alovyuka kulubanza hamwe na bantu wulu vyalo luno nukuchibwa ulubanza, yalaze kuva impela yisi kuza kusini ichi bahilo chaselemani na nulebe, umuntu yudya mukulu kusumba gelumani aliho hano.
43 Aho nyeneimpwemu mbi mubivuye mwo umuntu achira ahantu hataliho amazi alimwo alalondela kwiluhucha, aliko ntahabona. 44 Kandi alavuga ndagaluka munzu yanje yindali ndavuyeyo asubiyeyo asanga yanzu yakubuye kandihejeje. 45 Hanyuma alagenda kubazanya abandi impwemu mbi umwanda indwi badya babi chane kusumba wene achaza kubasumba bose hadya nukuntu kwiwe munyuma yiwe alaba mubi kusumba bambele, kutwo nuko biloba nyene kukivyalo kino kibi.
46 Aho yesu alimwo alavuga mubantu alabanyina wiwe nabagenziwe bala hagaze hanze, balimwo bala mulondela bavugane nawe. 47 Umuntu umwe alamubwira, “Raba nyokowawe nabagenzi bahagaze hanze, balimwo bala kulonda muganile nabo.”
48 Aliko Yesu yalimwishuye nukumubwira wa kumenyesheje, “Mahawanje ninde? Nabagenzi banje nibande? 49 Na wene yalagoloye ukuboko kwiwe kubigishwa nukuvuga, “Raba bano ni bamaha na bagenzi banje!” 50 Kubela yuko wewese akola ichiza cha daha wanje alimwijulu, umuntu uwo niwe mugenzi wanje, mushikanje namaha wanje.”