Igiche 1

1 Yuda umuja wa Yesu Kristo na mwenewabo Yakobo kuli badya bahamagawe. Abakunzi bilmana Data na babizwe kubwa Yesu Kristo: 2 ikigongwe na mahoro kukundo bigwile muli mwebwe. 3 Abakuna kudya gihe nagira umwete wo kuandikira kubwa agakiza kichu twesi nabandi kira ndabahanura kugira ngo nimutsindanile umwizero wo mwahzwe umusu umwe gusa kuri gadya bizeye. 4 Kubera harabantu binjie murimwebwe kubwihishwe, abantu bamaze gushigwaho ikimenyetso kwibwindamu abantu batabeza abantu bahindwa imigisha yi lmana ikaba ibichumuro no guhakana lmana na mwana wayo Yesu Kristo. 5 None shaka kubibusa mwebwe niho haligihe mwamenye neza yuko lmana yarokoye abantu ikabavana muri Misiri, aliko hamjuma badya batagize umwizero ikabicha. 6 Na bamaika bachumue bakabula kungenda heza mumywifato yabo lmana yabasize mumbohe mubihe bidashira, kandi mumwiza balinde kuramugwa kudya musi mukuru. 7 Nka kudya kwa Sodoma na Gomora no mubisang.... vyiyinjeje mubusambamji bakishira muvyipfuzo bibi bitabayeho bagiozwe nkikimenyetso chuja umusi wa banyavyaha bazotabwa mumuriro udahera. 8 Niko bizomera no kulibadya bonona imibili yabo nokwanka ubutwazi bwi lmana kandi bavugu nu bubeshi kumana. 9 Aliko na Mikakeli umumaika mukuru, kidya gihe yatsidana numubisha Satani baharila kubwumuri wa Musa ntiyigeze avuga ububeshi ku ndamu yiwe mugabo yabwiye Satani ati ikuvume. 10 Aliko aba bantu bavunga uububeshi kubintu vyovyose no kubundi vybatazi, bidya bintu ni bikoko bitagira ubwenge bilazi yuko arivyobivyicha. 11 Ati baragowe kuko bakurikie inzira ya Kaini no gukukira igichumuro cha Baalam. Ehe reba baguye mubichumuro vya Kora. 12 Aba nurutale mumisimikuru yubu kundnyi bwanyu kandi nabo mulimwebwe baranezeregwa uti bagira ni soni. Badya bonka ni bichu bitagira mazi vyirukankanwa numuyaga ni biti hitagira ni shugwe yafue kabili, vyarandukanye ni mizi yavyo. 13 Ni mikuba yo muruzirunini ifise ugwamuuyere, kana isoni zabo bonyene ni nyenyeli ziyerera umwirabure bwu mwiza bubitswe kubwabo mubihe bidashira. 14 Enoka wa mushanju mubiharuro vyuruvyaro gwa Adamu, yalahishuriwe kubwabo, avuga ati, "Reba! Umwami araje nibihububi ha mwe ni bihumbi vya beranda biwe. 15 Aje kugira ngo aramule burumuntu no kuri badya bose bachumuye batizeye lmana ni bikogwa majambo yose akaze kaze adya yose yabatizeye bavuze kubwiwe. 16 Aba ni badyabuzuye kwidodomba nokulega bakurikira imipfuzo mibi yi vyaha, bilata chane aba bashaka inyungu yabo bahenda abandi. 17 Aliko mwebwe abakunzi mwibuke amajambo yose yavuzwe kale ni ntumwazu Mwami wachu Yesu Kristo. 18 Bavuze iwangu mugihe chimpera yuko hazobaho abanto, bazobashiuyaguliza bakurikira imywipfuzo yabo ifarimywiza. 19 Aba bantu nibo bazana amachakubili buzuye imyipfuzo ya kamele kandi ntibangira Impemu era. 20 Ahiko mwebwe abakunzi mwiyubakemu mwizero mwiza, nkuko kusenga Mumpemu Yera. 21 Mwichale murukundo gwimana murinde ikigongwe chu mwami wachu Yesu kristo wewe azoduha ubuntu budushira. 22 Mugire ikigonge kulibadya bafise amakenga. 23 Mtabale abandi mubasahele kuva mumuriro abandi mubereke ikigonge no gutinya kandi mwanke umwambalo washizweko umwanda numubiri 24 none kurudya ashobora kubachungera kuko ariwe ashobora kubahagarika yu bweranda bwiwe. 25 Kumana yonka no ku mukiza guchiramwami waohu ku Yesu Kristo ubugingo bube kuriwe ubuntu nu ubushobozi bwayo mumisi yose no mubihe bidashira. Amina.