Igiche 1

1 Kimwe chaliho kuva ubwambele kimwecho twabonye na maso yachu, kimwe cho twalavye, namaboko yachu yalagifashe, - kiheleyeye ijambo dyubugingo. 2 Kandi ubwo bigingo bwa shizwe ahabona, kandi twalabubonye, tulabwemeza, tucha tulabamenyesha ubugingo butahera, bwali kwa Dawe wachu bugigwa kumenyeka na kulimwebwe. 3 Kbamwe bwa chu na Dawe imwe twabonye Kandi tuka chumva tulakibamenyesha namwe. Kugilango mushobole kwijatanya natwe, nu mwana wiwe Yesu Kristo. 4 Kandi twalabandikiye aya majambo kugilango umunezelo wanyu ube wukuli. 5 Ubu nibwo butumwa twumvishijeje kwa kuliwe tu cha tulabubamenyesha: Imana nu mucho no muliwe ntamwijima nagato. 6 Nuko nitwavugo ngo tufise ubumwe nawe tukigila mumwijima, tubatubeshe kandi ntituba tuli mukuli. 7 Aliko tugendera mumu cho nkuko bili ivyumucho, tuba tufashanya twebwe kuli twebwe, na maraso ya Yesu Kiristo, umwana wiwe alatwoza ivyaha vyachu. 8 Nimba tuvuga ngo ntavyaha dufise, tubatwihenze twebwe nyene, nukuli nti kuba kulimulitwebwe. 9 Aliko twihanye ivyaha vyachu, wewe numwi zigigwa nuwakuli atubabalila ivyaha vyachu no kutweza ubabi bwachu bose. 10 Tuvuze ngo ntitulakola ichaha, wetuba tumu hinduye umubeshi nijambo dyiwe ntiliba lili mulitwebwe.